Ibrahim 14:22 وقال الشيطان لما قضي الامر ان الله وعدكم وعد الحق ووعدتكم فاخلفتكم وما كان لي عليكم من سلطان الا ان دعوتكم فاستجبتم لي فلا تلوموني ولوموا انفسكم ما انا بمصرخكم وما انتم بمصرخي اني كفرت بما اشركتمون من قبل ان الظالمين لهم عذاب اليم ٢٢
وَقَالَ
ٱلشَّيۡطَٰنُ
لَمَّا
قُضِيَ
ٱلۡأَمۡرُ
إِنَّ
ٱللَّهَ
وَعَدَكُمۡ
وَعۡدَ
ٱلۡحَقِّ
وَوَعَدتُّكُمۡ
فَأَخۡلَفۡتُكُمۡۖ
وَمَا
كَانَ
لِيَ
عَلَيۡكُم
مِّن
سُلۡطَٰنٍ
إِلَّآ
أَن
دَعَوۡتُكُمۡ
فَٱسۡتَجَبۡتُمۡ
لِيۖ
فَلَا
تَلُومُونِي
وَلُومُوٓاْ
أَنفُسَكُمۖ
مَّآ
أَنَا۠
بِمُصۡرِخِكُمۡ
وَمَآ
أَنتُم
بِمُصۡرِخِيَّ
إِنِّي
كَفَرۡتُ
بِمَآ
أَشۡرَكۡتُمُونِ
مِن
قَبۡلُۗ
إِنَّ
ٱلظَّٰلِمِينَ
لَهُمۡ
عَذَابٌ
أَلِيمٞ
٢٢
Imana Allah, Imaze gutunganiriza ibiremwa ku musi w’izuka, shetani izokwiyama abayikurikiye ivuge iti: “Mu vy’ukuri Imana Allah, Yarabasezeraniye isezerano ry’ukuri, ko hari izuka n’iharurirwa ry’ibiremwa, hanyuma nanje ndabaha isezerano ry’ikinyoma ko ata zuka, ata n’iharurirwa ry’ibiremwa bibaho, kira noneho nta n’ubushobozi nari ndabafiseko bwo kubahatira kunkurikira, kiretse ko nabararikiye kugarariza, muraheza muranyumvira. Kubera ivyo vyose rero, ntimunteko imiragwe, ahubwo nimuyiteko mwebwe nyene, jewe nta co ndabiyambazako, eka na mwe nyene nta co munyiyambazako mu bihano vy’Imana Allah; mu vy’ukuri, ndabiyamirije ku kuntu mwabangikanije Imana Allah. Mu vy’ukuri, abirenganije mu kurenga ku mabwirizwa y’Imana Allah, barategekanirijwe ibihano bibabaza”.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
Shaytan disowns His Followers on the Day of Resurrection
Allah narrates to us what Iblis will say to his followers after Allah finishes with the judgement between His servants, sending the believers to the gardens of Paradise and the disbelievers to the lows (of the Fire). Iblis, may Allah curse him,
…Shaytan disowns His Followers on the Day of Resurrection
Allah narrates to us what Iblis will say to his followers after Allah finishes with the judgem
…