Ibrahim 14:27 يثبت الله الذين امنوا بالقول الثابت في الحياة الدنيا وفي الاخرة ويضل الله الظالمين ويفعل الله ما يشاء ٢٧
يُثَبِّتُ
ٱللَّهُ
ٱلَّذِينَ
ءَامَنُواْ
بِٱلۡقَوۡلِ
ٱلثَّابِتِ
فِي
ٱلۡحَيَوٰةِ
ٱلدُّنۡيَا
وَفِي
ٱلۡأٓخِرَةِۖ
وَيُضِلُّ
ٱللَّهُ
ٱلظَّٰلِمِينَۚ
وَيَفۡعَلُ
ٱللَّهُ
مَا
يَشَآءُ
٢٧
Burya Imana Allah, Iratsimbataza abemeramana kw’ijambo ry’ukuri ryo kwemera no kwemanga ata guhigimanga, ko Imana Allah ari Imwe Rudende, n’uko Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ari Intumwa yayo1; Irabatsimbataza bakarigendera mu buzima bwo kw’isi, bakanapfa baryemanga2 no mu buzima bw’inyuma yo gupfa; Imana Allah, Iranahubisha abirenganije bakayigarariza mu kutabashoboza gutumbera ukuri mu buzima bwo kw’isi, no mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Burya Imana Allah, Igira ivyo Ishatse mu gushoboza abemeramana kugira iherezo ryiza canke gutetereza abagarariji.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
Allah keeps the Believers Firm in This Life and in the Hereafter with a Word that stands Firm
Al-Bukhari recorded that Al-Bara bin `Azib, may Allah be pleased with him, said that the Messenger of Allah ﷺ said,
الْمُسْلِمُ إِذَا سُئِلَ فِي الْقَبْرِ شَهِدَ أَنْ لَا إِلَهَ إِلَّا اللهُ، وَأَنَّ مُحَمَّد
…Allah keeps the Believers Firm in This Life and in the Hereafter with a Word that stands Firm
Al-Bukhari recorded that Al-Bara bin `Azib, may Allah be
…