Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
014

Ibrahim 14:38 ربنا انك تعلم ما نخفي وما نعلن وما يخفى على الله من شيء في الارض ولا في السماء ٣٨

14:38
رَبَّنَآ
إِنَّكَ
تَعۡلَمُ
مَا
نُخۡفِي
وَمَا
نُعۡلِنُۗ
وَمَا
يَخۡفَىٰ
عَلَى
ٱللَّهِ
مِن
شَيۡءٖ
فِي
ٱلۡأَرۡضِ
وَلَا
فِي
ٱلسَّمَآءِ
٣٨
Mana yanje Rurema Allah! Mu vy’ukuri, Wewe Urazi neza ivyo duhisha n’ivyo tugaragaza. Eka nta n’ikintu na kimwe Imana Allah Itazi mu biremwa, haba kw’isi canke mw’ijuru”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

رَبَّنَآ إِنَّكَ تَعْلَمُ مَا نُخْفِى وَمَا نُعْلِنُ

(O our Lord! Certainly, You know what we conceal and what we reveal.) meaning, `You know the intention behind my supplication for the people of this town, seeking Your pleasure in sincerity to You. You know all things, apparent and hidden, and noth

…
رَبَّنَآ إِنَّكَ تَعْلَمُ مَا نُخْفِى وَمَا نُعْلِنُ

(O our Lord! Certainly, You know what we conceal and what we reveal.) meaning, `You know the inten

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 14, Page 260, Juz 13

35. Ntumwa y’Imana! Ibuka n'igihe Ibrahimu yasaba Imana Allah, Ikamwumvira, yasaba avuga ati: “Mana yanje Rurema Allah! Iki gisagara ca Makka kigire ihanga ritekanye, maze jewe hamwe n’uruvyaro rwanje, Udushire kure yo gusenga ibigirwamana; 36. Mana yanje Rurema Allah! Mu vy’ukuri, ibigirwamana vyabaye imvo yo guhuba kwa benshi mu bantu inzira y’ukuri. Kubera ivyo rero, uwuzonkurikira muri bo akemera, azoba akurikiye idini ry'ubwislamu n’imigenzo vyanje; nayo uwuzogabitanya ku kutanyumvira mu bitari ibangikanyamana, mu vy’ukuri ni Wewe uri Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bawe; 37. Mana yanje Rurema Allah! Mu vy’ukuri jewe, nacumbikiye bamwe mu muryango wanje mu bugaragwa, mu kabande katagira indimo, katanagira n’amazi, hambavu y’ingoro yawe ntagatifu, ivyo vyose nkaba nabigize kugira batsimbataze isengesho; kubera ivyo rero, Uratuma imishaha y’abantu ibahurumbira, Wongere Ubaronse ibibabeshaho mu vyamwa vy’ubwoko bwose, kugira bagushimire ku nema zawe; 38. Mana yanje Rurema Allah! Mu vy’ukuri, Wewe Urazi neza ivyo duhisha n’ivyo tugaragaza. Eka nta n’ikintu na kimwe Imana Allah Itazi mu biremwa, haba kw’isi canke mw’ijuru”. 39. Ibrahimu yarashimagije Imana Allah ati: “Ishimagizwa ni iry’Imana Allah, Yo Yandonkeje mu busaza ibibondo Ismayili na Is-haka. Mu vy’ukuri, Imana yanje Rurema Allah, Irumva igisabisho c’umusavyi; 40. Mana yanje Rurema Allah! Ngira umusenzi atsimbataza isengesho rikwije ibisabwa ku mwanya waryo, Ugire no mu ruvyaro rwanje abasenzi baritsimbataza. Mana yanje Rurema Allah! Ndanagusavye Utwakirire isengesho, Unatwumvire ibisabisho; 41. Mana yanje Rurema Allah! Ngumiriza akabanga, Umbabarire ibicumuro noba narakoze nka kiremwa-muntu, Wongere Ubabarire n’abavyeyi banje hamwe n’abemeramana bose ku musi ibiremwa vyahagaritswe kugira biharurirwe, biheze bihemberwe ivyo vyakoze”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute