Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
019

Maryam 19:21 قال كذالك قال ربك هو علي هين ولنجعله اية للناس ورحمة منا وكان امرا مقضيا ٢١

19:21
قَالَ
كَذَٰلِكِ
قَالَ
رَبُّكِ
هُوَ
عَلَيَّ
هَيِّنٞۖ
وَلِنَجۡعَلَهُۥٓ
ءَايَةٗ
لِّلنَّاسِ
وَرَحۡمَةٗ
مِّنَّاۚ
وَكَانَ
أَمۡرٗا
مَّقۡضِيّٗا
٢١
Jibrili amwishura ati: “N’aho biri nk’ukwo ubivuze, Imana yawe Rurema Allah Yavuze Iti: “Ukuguha umwana, kiroroshe cane kuri Jewe; kugira nya mwana Tuzonamugire ikimenyetso ku bantu cerekana ubushobozi n'ububasha vyanje Jewe Allah, yongere ahundagazweko impuhwe zacu, abere n’impuhwe abantu”. Iryo vuka rya Isa mwene Mariyamu rero, ryaramaze kwandikwa mu vyagezwe, ritegerezwa kuba nta gisivya”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Story of Maryam and Al-Masih (`Isa)

After Allah, the Exalted, mentioned the story of Zakariyya, and that He blessed him with a righteous, purified and blessed child even in his old age while his wife was barren, He then mentions the story of Maryam. Allah informs of His granting her a child named

…

The Story of Maryam and Al-Masih (`Isa)

After Allah, the Exalted, mentioned the story of Zakariyya, and that He blessed him with a righteous, purified

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 19, Page 306, Juz 16

16. Ntumwa y’Imana! Iganira kandi abantu inkuru ya Mariyamu iri muri Qor’ani, igihe yaja kure y’umuryango wiwe, amaja mu buseruko bw’aho bari; 17. Araheza ariherera ahantu ata n’umwe amubona, Turaheza Twebwe Allah, Tumurungikira umumalayika Jibrili, maze amwiyereka yihinduye mw’ishusho ry’umuntu bwite; 18. Ni ho Mariyamu yaca avuga amwiyama ati: “Mu vy’ukuri, jewe ndikinze kuri Nyenimpuhwe Allah, Ikunkingire ko wongeramira niwaba uri umugororotsi ugamburukira Imana Allah”. 19. Umumalayika Jibrili ni ho yimenyekanisha akavuga ati: “Jewe mu vy’ukuri, ndi intumwa warungikiwe n’Imana yawe Rurema Allah, kugira ndaguhe umwana yejejwe umutima”. 20. Mariyamu araheza aritangaza abwira Jibrili ati: “Vyoshoboka gute ko nogira umwana mu gihe ata muntu n’umwe arankorako mu gushingirwa, kandi ntigeze mba n’umushurashuzi!”. 21. Jibrili amwishura ati: “N’aho biri nk’ukwo ubivuze, Imana yawe Rurema Allah Yavuze Iti: “Ukuguha umwana, kiroroshe cane kuri Jewe; kugira nya mwana Tuzonamugire ikimenyetso ku bantu cerekana ubushobozi n'ububasha vyanje Jewe Allah, yongere ahundagazweko impuhwe zacu, abere n’impuhwe abantu”. Iryo vuka rya Isa mwene Mariyamu rero, ryaramaze kwandikwa mu vyagezwe, ritegerezwa kuba nta gisivya”. 22. Ni ho rero Jibrili yahuha mw’izosi ry’impuzu Mariyamu yari yambaye, maze Mariyamu aca arasama imbanyi, ashoka aja kure y’abantu. 23. Hageze kwibaruka, igise ca ya mbanyi gituma aja kure y’abantu, ahari igiti c’itende, aca avuga n’umubabaro n’akantu ati: “Ewe jewewanje! Ubona iyo mpfuma mpfa imbere y’uno musi, nkaba ikintu cibagiwe kikibagiranwa!”. 24. Jibrili yari hepfo y’aho Mariyamu ari, aca aramuhamagara ati: “Ntiwicwe n’intuntu namba, Imana yawe Rurema Allah Yamaze kugucira umugende w’amazi hambavu yawe; 25. Nyiganza rero ico gishitsi c’itende, giheze kigukororere itende zihiye zoroshe; 26. Uheze urye kuri nya tende, unywe no ku mazi y’uwo mugende, maze utekane ku mutima n’ikibondo cawe. Nihagira uwo ubona mu bantu, akakubaza ku vyagushikiye, uraheza umwishure uti: “Jewe mu vy’ukuri, niyemeje kuri Nyenimpuhwe Allah kwinumira; kubera ivyo rero, kuri uno musi simvugisha umuntu n’umwe””.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute