Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
019

Maryam 19:49 فلما اعتزلهم وما يعبدون من دون الله وهبنا له اسحاق ويعقوب وكلا جعلنا نبيا ٤٩

19:49
فَلَمَّا
ٱعۡتَزَلَهُمۡ
وَمَا
يَعۡبُدُونَ
مِن
دُونِ
ٱللَّهِ
وَهَبۡنَا
لَهُۥٓ
إِسۡحَٰقَ
وَيَعۡقُوبَۖ
وَكُلّٗا
جَعَلۡنَا
نَبِيّٗا
٤٩
Igihe rero Ibrahimu abiyonjororako bo hamwe n’ibigirwamana vyabo basenga mu gishingo c’Imana Allah, Twebwe Allah Twaramuhaye umwana yitwa Is-haka, Tumuha n’umwuzukuru yitwa Yakubu mwene Is-haka, kandi bompi Twabagize Abavugishwamana.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Allah gave Ibrahim Ishaq and Ya`qub

Allah, the Exalted, says that when the Friend of Allah (Ibrahim) withdrew from his father and his people for the sake of Allah, Allah gave him in exchange those who were better than them. He gave him Ishaq (Isaac) and Ya`qub (Jacob), meaning his son, Ishaq, and Ish

…

Allah gave Ibrahim Ishaq and Ya`qub

Allah, the Exalted, says that when the Friend of Allah (Ibrahim) withdrew from his father and his people for the sa

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 19, Page 308, Juz 16

41. Ntumwa y’Imana! Iganira kandi abantu warungitsweko ku nkuru ya Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah) iri muri Qor’ani, mu vy’ukuri Ibrahimu yari imvugakuri koko, akaba n’Umuvugishwamana; 42. Igihe yabwira se Aazara ati: “Dawe wanje! Ni kuki usenga ibigirwamana bitumva bitanabona, ata n’ikintu na kimwe bikumariye!; 43. Dawe wanje! Mu vy’ukuri jewe, narahawe n’Imana Allah ubumenyi utigeze uhabwa, ndakwinginze ko wonkurikira nkakurongora mu nzira igororotse; 44. Dawe wanje! Ntukumvire shetani mu gusenga ibigirwamana; mu vy’ukuri, shetani yaramaze kuba ikigaba kuri Nyenimpuhwe Allah; 45. Dawe wanje! Mu vy’ukuri, jewe ndafise impungenge ko wopfa ukigarariza, maze ugahanwa na Nyenimpuhwe Allah ku musi w’izuka, gutyo ukaba umugenzi wa shetani mu muriro”. 46. Aazara yishuye Ibrahimu ati: “Burahi! Ubwo urakenyeye wirengagize isengwa ry’imana zanje! Ni ukuri, utavavanuye n’ugutyoza imana zanje, nzokwicisha amabuye, canke ndakwirukane ugende ubutakigaruka, maze ntuzonasubire no kumvugisha”. 47. Ibrahimu yishuye se Aazara ati: “Urakagira amahoro, usimbe imanga! Nzogusabira ku Mana yanje Rurema Allah ko Yokurongora, Ikakugirira n’ikigongwe ku vyaha wakoze. Mu vy’ukuri Imana yanje Rurema Allah, Yamye Inyumvira mu gihe ndayisavye; 48. Nzobiyonjororako mwebwe hamwe n’ibigirwamana vyanyu musenga mu gishingo c’Imana Allah, mpeze nsabe Imana yanje Rurema Allah, kumbure sinzoreka kwemererwa n’Imana yanje Rurema Allah igisabo ndayisavye”. 49. Igihe rero Ibrahimu abiyonjororako bo hamwe n’ibigirwamana vyabo basenga mu gishingo c’Imana Allah, Twebwe Allah Twaramuhaye umwana yitwa Is-haka, Tumuha n’umwuzukuru yitwa Yakubu mwene Is-haka, kandi bompi Twabagize Abavugishwamana. 50. Twaranabahaye ku mpuhwe zacu ingabirano nyinshi, Tubaha no kuyagwa neza mu bantu.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute