Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
050

Qaf 50:26 الذي جعل مع الله الاها اخر فالقياه في العذاب الشديد ٢٦

50:26
ٱلَّذِي
جَعَلَ
مَعَ
ٱللَّهِ
إِلَٰهًا
ءَاخَرَ
فَأَلۡقِيَاهُ
فِي
ٱلۡعَذَابِ
ٱلشَّدِيدِ
٢٦
Uwabangikanije Imana Allah n’iyindi mana, nimumuterere mu bihano bikaze vya Jahannamu”;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Angel will bear Witness; Allah commands that the Disbeliever be thrown into the Fire

Allah the Exalted states that the scribe angel, who is entrusted with recording the deeds of mankind, will testify against him or her about the deeds he or she did on the Day of Resurrection. He will say,

هَـذَا م
…

The Angel will bear Witness; Allah commands that the Disbeliever be thrown into the Fire

Allah the Exalted states that the scribe angel, who is entrust

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 50, Page 519, Juz 26

16. Ni ukuri Twebwe Allah, Twaremye umuntu Tuzi neza ivyo umushaha wiwe umwosha. Kira noneho, Turi no hafi yiwe cane kurusha umutsi mukuru wo kw’izosi ufitaniye imihora n’umutima; 17. Igihe abamalayika babiri baba bari iburyo n’ibubamfu, maze uwuri iburyo akandika ibikorwa vy'umuntu vyiza, uwuri ibubamfu na we akandika ibikorwa vyiwe bibi; 18. Nta n’ijambo na rimwe riva mu kanwa kiwe, kiretse ko aba afise umumalayika amucungereye aheza akaryandika, akaba ari na co gusa ajejwe; 19. Yashikirwa n’ibimenyetso vy’ukuri vy’uko ari ku mpfiro, akabwirwa ati: “Ewe muntu! Ico ni co wahora uhunga utinya ko kigushikira”; 20. Maze inzamba igira kabiri yo kuzurwa kw’ibiremwa ivuzwe. Uwo rero ni wo musi w’izuka, Imana Allah Yasezeraniye abagarariji ko utegerezwa gushika; 21. Umuntu wese rero kuri uwo musi, azoza ari kumwe n’abamalayika babiri; umwe azoba amushoreye, awundi na we akazoba aje kumwagiriza ku vyo yakoze kw’isi. 22. Aheze abwirwe ati: “Ni ukuri, wari waragoswe ku vyo wiboneye kuri uno musi, maze Twebwe Allah Tugukurirako ipaziya ku buryo amaso yawe kuri uno musi abona ata guhwihwisha”. 23. Umumalayika yamugendanira yandika ivyo akora, azomwagiriza ati: “Ng’ibi ivyo wakoze ndabifise kandi birabungabunzwe, biranditswe”. 24. Imana Allah Imaze gutunganiriza ibiremwa, Izobwira nya bamalayika babiri Iti: “Nimuterere muri Jahannamu umuhakanyi uwo ari we wese yimonogoje mu bugarariji, intumva mu kurenga ku mabwirizwa; 25. Akaba n’impfumbasi itigera itanga namba mu matungo yayo, yahonyanga agateka k’abandi, ikarenga no ku mabwirizwa, yamana amakenga ku vyo yasezeraniwe no mu vyo yihanijweko; 26. Uwabangikanije Imana Allah n’iyindi mana, nimumuterere mu bihano bikaze vya Jahannamu”; 27. Shetani yamwama hafi mu kumwosha nabi, izomwihakana maze ivuge iti: “Mana yacu Rurema Allah! Sinigeze ndamuhubisha, ariko yari asanzwe ari mu muzimagiza uri kure cane y’ukuri”. 28. Imana Allah Izovuga Iti: “Nimukazibe! Nta kamaro ko gutanako imiragwe imbere yanje mu gihe Nabasezeraniye kw’isi ko umugarariji azohanwa; 29. Sinisubirako mw’ijambo, kanatsinda Jewe Allah, sindenganya n’umwe mu biremwa ngo Ndamuhanire icaha c’uwundi”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute