Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
050

Qaf 50:32 هاذا ما توعدون لكل اواب حفيظ ٣٢

50:32
هَٰذَا
مَا
تُوعَدُونَ
لِكُلِّ
أَوَّابٍ
حَفِيظٖ
٣٢
Bace babwirwa bati: “Ubu, ni bwo Bwami mwasezeraniwe ko buzohabwa uwo wese yigaya ku vyaha vyiwe, akabungabunga n’ivyo yasezeraniye Imana Allah;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Jahannam and Paradise and their Dwellers

Allah states that He will say to Jahannam on the Day of Resurrection, "Have you had your fill" Allah the Most Honored has promised Hell that it will have its fill from the Jinns and mankind. He, the Exalted and Most Honored, will decide who will be thrown into

…

Jahannam and Paradise and their Dwellers

Allah states that He will say to Jahannam on the Day of Resurrection, "Have you had your fill" Allah the Most

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 50, Page 519, Juz 26

30. Ntumwa y’Imana! Ibutsa abo warungitsweko umusi Twebwe Allah Twabwiye Jahannamu Duti: “Mbega wuzuye!”; Jahannamu na yo ikishura iti: “Hoba hariho inyongera mu bantu no mu Majini ngo mumpe!”, Imana Allah Ice Iyishiramwo ikirenge cayo, maze na yo ubwo nyene ice icureha ivuga iti: “Geza aho nakwiwe, nakwiwe, namaze kwuzura, nta n’inyongera nkeneye”. 31. Ubwami bw’ijuru buzokwegerezwa hafi y’abagamburukiramana, maze babwitegereze akamwemwe ku kandi kabasya; 32. Bace babwirwa bati: “Ubu, ni bwo Bwami mwasezeraniwe ko buzohabwa uwo wese yigaya ku vyaha vyiwe, akabungabunga n’ivyo yasezeraniye Imana Allah; 33. Uwatinye Nyenimpuhwe kw’isi ataranamubona, maze akaza ku musi w’izuka, n’umutima wigaya”. 34. Uyo rero ku musi w’izuka, azoba ari mu bemeramana bazobwirwa bati: “Nimwinjire ubwo Bwami mu mahoro mutekaniwe”. Uwu rero, ni wo musi w’ubuzima budahera; 35. Bazoronswa muri Bwo ivyo bipfuza vyose, baranafiseyo n’izindi nema z’inyongera; iyihambaye muri zo, ikaba ari ukwibonera ukuri kwamye Imana Allah.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute