Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
034

Saba 34:17 ذالك جزيناهم بما كفروا وهل نجازي الا الكفور ١٧

34:17
ذَٰلِكَ
جَزَيۡنَٰهُم
بِمَا
كَفَرُواْۖ
وَهَلۡ
نُجَٰزِيٓ
إِلَّا
ٱلۡكَفُورَ
١٧
Icabakuye amata mu kanwa, bakarumanga bahora basomera, ni ubugarariji bwabo no kudashimira Imana Allah. Burya Twebwe Allah, ntiduhana ngo duhashe kiretse abimonogoje mu bugarariji no mu kwihakana inema zacu.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Disbelief of Saba' (Sheba) and Their Punishment

Saba' refers to the kings and people of the Yemen. At-Tababa`ah (Tubba`) surname of the ancient kings of Yemen were part of them, and Bilqis, the queen who met Sulayman, peace be upon him, was also one of them. They lived a life of enviable luxury i

…

The Disbelief of Saba' (Sheba) and Their Punishment

Saba' refers to the kings and people of the Yemen. At-Tababa`ah (Tubba`) surname of the ancient kin

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 34, Page 430, Juz 22

15. Ni ukuri, ku mihana y’abantu bo mu bwoko bw’Abasaba-i bigeze kuba muri Yemeni, harimwo icemezo cerekana ubushobozi bwacu Twebwe Allah. Kuri nya mihana, hari imirima ibiri itotahaye; umurima umwe wari ku ruhande rw’iburyo bw’ahari urugomero mu kabande, uwundi na wo ukaba wari ibubamfu bwa nya kabande. Abantu b’Abasaba-i babwiwe bati: “Nimufungure rero mu bibabeshaho mwaronkejwe n’Imana yanyu Rurema Allah, muheze muyishimire, mwahawe igihugu gihimbaye c’akanovera n’akayaga keza, mugira n’Imana Nyenimbabazi-ntangere Allah”. 16. Ni ho rero Abasaba-i birengagiza amabwirizwa no gushimira Imana Allah, barahakana bivuye inyuma Intumwa zayo, Duca Tubarungikira imyuzurire isenyura rwa rugomero, ihitana na ya mirima ibiri itotahaye, ahari nya mirima Tuhasubiriza iyindi mirima ibiri imera ivyamwa vy’umururazi binuka kubi, irimwo n’ibiti vy’inkokore bitagira ivyamwa namba, hamwe rero n’ibiti bike vya Sidiri bifise amahwa menshi. 17. Icabakuye amata mu kanwa, bakarumanga bahora basomera, ni ubugarariji bwabo no kudashimira Imana Allah. Burya Twebwe Allah, ntiduhana ngo duhashe kiretse abimonogoje mu bugarariji no mu kwihakana inema zacu. 18. Twaranashize ibisagara vy’urutavanako hagati y’igihugu c’Abasaba-i n’uducimbiri Twahezagiye muri Shaamu, Tugira n’urugendo hagati y’igisagara n’ikindi kuba urugendo rworoshe, ruzwi igituro ruherako n’ikiringo rumara, Turaheza Tubabwira Duti: “Nimwishire mwizane rero mutekaniwe mu ngendo mugira hagati y’ivyo bisagara, maze muzigire ku mwanya wose mwipfuza, haba mw’ijoro canke ku murango”. 19. Bamaze kworoherwa mu buzima bakarengwa, bavuze n’agahimbo n’akantu bati: “Mana yacu Rurema Allah! Dushirire kure na kure ibituro vy’ibisagara vyacu, maze dufate urugendo rurerure ata gituro ducako mu nzira turonkerako induhuro canke impamba”. Ni ho rero birenganya mu kugarariza, Duca Turabahana, maze Tubagira inkebuzo n’akayazwe ku bakurikiye mu nyuma, Turaheza Turabashwiragiza nya kubashwiragiza. Mu vy’ukuri mu vyashikiye Abasaba-i, ni ukuri harimwo ivyemezo n’inkebuzo ku muntu wese yigumya mu vyago, ashima inema z’Imana Allah. 20. Ni ukuri Ibilisi, yaribwiye ko azohubisha Bene Adamu bakamwumvira mu gucumura ku Mana Allah, maze icipfuzo ciwe kuri bo kija mu ngiro, Bene Adamu baramwumvira, kiretse umugwi w’abemeramana bagamburukira Imana Allah mu gushira mu ngiro amabwirizwa yayo. 21. Hamwe n’ivyo rero, Ibilisi nta bubasha afise bwo guhatira abagararije ku bugarariji, ariko mu vyagezwe, aratera inyoshambi Bene Adamu, kugira Twebwe Allah Tugaragaze mu vyo Dusanzwe Tuzi, uwemera n’uwutemera afise amakenga kw’ihembwa ry’ibiremwa n’izurwa ryavyo mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Burya Imana yawe Rurema Allah, ni Umubungabunzi w’ikintu cose mu bikorwa vy’ibiremwa, kandi Izokibihembera.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute