Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
020

Taha 20:59 قال موعدكم يوم الزينة وان يحشر الناس ضحى ٥٩

20:59
قَالَ
مَوۡعِدُكُمۡ
يَوۡمُ
ٱلزِّينَةِ
وَأَن
يُحۡشَرَ
ٱلنَّاسُ
ضُحٗى
٥٩
Musa araheza abwira Firawuni ati: “Isango ryo guhurirako, ni ku musi w’ihimbazwa ry’ibirori, igihe abantu bazoba bambaye bakaberwa, bakazokorana mu gitondo izuba riva, bavuye mu mihingo yose”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Fir`awn describes Musa's Proofs as being Magic and Their Agreement to hold a Contest

Allah, the Exalted, informs of what Fir`awn said to Musa when he showed him the great proof. This great sign to Fir`awn was Musa casting down his stick which became a huge snake, and his pulling his hand out from und

…

Fir`awn describes Musa's Proofs as being Magic and Their Agreement to hold a Contest

Allah, the Exalted, informs of what Fir`awn said to Musa when he s

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 20, Page 315, Juz 16

55. Bantu! Ni mw’ivu Twabaremye, ni na ryo nyene Tuzobasubizamwo mumaze gupfa, ni na ryo nyene kandi Tuzobazuramwo ku musi w’izuka kugira muharurirwe, muheze muhemberwe ivyo mwakoze. 56. Ni ukuri, Twareretse Firawuni ivyemezo n’ibitangaro vyacu vyose vyerekana ukuri kwa Musa, maze arabihakana yivuye inyuma, aranka no kwumviriza ukuri. 57. Ni ho rero Firawuni yaheza akavuga ati: “Mbega Musa! Karashize ingani uze utwomore, udukure mu zacu ukoresheje ubukonikoni bwawe!”. 58. Namba ari ubukonikoni bwobwo, dutegerezwa kuzana ubukonikoni nk’ubwo watuzaniye; gena rero isango nyezina tuzohurirako, maze ntihagire n’umwe asiba kuri nya sango, duheze duhurire ahantu abantu bashobora gushika ata wukumiriwe. 59. Musa araheza abwira Firawuni ati: “Isango ryo guhurirako, ni ku musi w’ihimbazwa ry’ibirori, igihe abantu bazoba bambaye bakaberwa, bakazokorana mu gitondo izuba riva, bavuye mu mihingo yose”. 60. Maze Firawuni agenza umugongo mu kwirengagiza ukuri yashikirijwe na Musa, araheza arararika abakonikoni biwe, hanyuma aritaba nya sango. 61. Ni ho Musa yabwira ba bakonikoni ba Firawuni abahanura ati: “Muragabe, ntimurementanirize Imana Allah, kuko Yobarandurana n’imizi mu kubahana, kandi ni ukuri yarahuvye uwurementaniriza Imana Allah”. 62. Ba bakonikoni baraheza rero barikebukana bahazana mw’ibanga nta ngere; 63. Bavuga bati: “Nta nkeka ko Musa na Haruna bompi ari abakonikoni bashaka kubomora mu gihugu canyu bakoresheje ubukonikoni, maze bazimanganye uburyo mwahora mukoresha mu kuroga; 64. Nimwegeranye rero inguvu z’urwenge rwanyu, hanyuma mwunge urunani rw’intamenwa, muze muri umugwi umwe, muheze mutererere hasi rimwe ibikoresho vy’ubukonikoni mufise mu minwe, kandi kuri uno musi uwushika ku ntsinzi, ni uwunesha uwundi”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute