Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
036

Ya-Sin 36:21 اتبعوا من لا يسالكم اجرا وهم مهتدون ٢١

36:21
ٱتَّبِعُواْ
مَن
لَّا
يَسۡـَٔلُكُمۡ
أَجۡرٗا
وَهُم
مُّهۡتَدُونَ
٢١
Nimukurikire Intumwa zitigera zibasaba impembo kw’ishikirizabutumwa ryazo; kanatsinda, izo Ntumwa ni n’abagororotsi mu vyo zibararikira;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

قَالَ يقَوْمِ اتَّبِعُواْ الْمُرْسَلِينَ

(He said: "O my people! Obey the Messengers.") -- he urged his people to follow the Messengers who had come to them.

اتَّبِعُواْ مَن لاَّ يَسْـَلُكُمْ أَجْراً

(Obey those who ask no wages of you,) means, `for the Message which they convey to you, and they are ri

…
قَالَ يقَوْمِ اتَّبِعُواْ الْمُرْسَلِينَ

(He said: "O my people! Obey the Messengers.") -- he urged his people to follow the Messengers who had come to

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 36, Page 441, Juz 22

13. Ntumwa y’Imana! Ababangikanyamana baguhakana, bacire agace k’abantu bigeze kuba mu gacimbiri kari aho, igihe bashikirwa n’Intumwa; 14. Igihe Twebwe Allah Tubarungikiye Intumwa zibiri, kugira zibararikire isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah bakazihakana bivuye inyuma, Duca Tuzitera intege mu kurungikwa kw’Intumwa igira gatatu, nya Ntumwa uko ari zitatu zikavuga ziti: “Mu vy’ukuri, twebwe turi Intumwa zarungitswe kuri mwebwe”. 15. Ba bantu bo mu gacimbiri, baraheza bazishura bati: “Mwebwe nta kindi muri, kiretse ko muri abantu nkatwe, kandi Nyenimpuhwe Allah ntiyabahishuriye na kimwe, mwebwe nta co muri kiretse ko mubesha”. 16. Nya Ntumwa ziraheza zishura zishimitse ziti: “Imana yacu Rurema Allah, Irazi neza ko mu vy’ukuri twarungitswe kuri mwebwe; 17. Kandi twebwe nta co tujejwe, atari ukubashikiriza gusa ubutumwa butomoye. Ntitujejwe kubahatira ukwemera”. 18. Ba bantu bo mu gacimbiri, baraheza bavuga bati: “Mu vy’ukuri, mwaduteye umwaku, nimutavavanura no kuturarikira isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah, ni ukuri tuzobicisha amabuye, kandi ni ukuri tuzobaha ibihano bibabaza”. 19. Za Ntumwa ziraheza zishura ziti: “Umwaku nyabuna, muwuterwa n’ibangikanyamana hamwe n’ibikorwa vyanyu bibi. Mbega none kwibutswa ku neza yanyu, ni co cotuma tubatera umwaku mukanadutera ubwoba bwo kwicishwa amabuye no guhanwa! Ahubwo rero, mwebwe muri abantu bimonogoje mu bugarariji”. 20. Ni ho rero hirya y’igisagara, hava umuntu aje anyaragasa, inyuma y’aho yumviye ko hari umugambi wo kwica nya Ntumwa canke kuzihana, araheza abwira ba bantu bo mu gacimbiri abinginga ati: “Emwe bantu banje! Enda nyabuna rero, nimukurikire Intumwa mwarungikiwe n’Imana Allah; 21. Nimukurikire Intumwa zitigera zibasaba impembo kw’ishikirizabutumwa ryazo; kanatsinda, izo Ntumwa ni n’abagororotsi mu vyo zibararikira;

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute