Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
036

Ya-Sin 36:29 ان كانت الا صيحة واحدة فاذا هم خامدون ٢٩

36:29
إِن
كَانَتۡ
إِلَّا
صَيۡحَةٗ
وَٰحِدَةٗ
فَإِذَا
هُمۡ
خَٰمِدُونَ
٢٩
Ihonywa ryabo rero ntiryabaye ukundi, kiretse ivuzwa rimwe gusa ry’akaruru gahonya, ubwo nyene bose bapfira rimwe, basigara ari ibiziga vyibereye ng’aho.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

ادْخُلِ الْجَنَّةَ

("Enter Paradise.") so he entered it with all its bountiful provision, when Allah had taken away from him all the sickness, grief and exhaustion of this world. Mujahid said, "It was said to Habib An-Najjar, `Enter Paradise.' This was his right, for he had been killed. When he saw t

…
ادْخُلِ الْجَنَّةَ

("Enter Paradise.") so he entered it with all its bountiful provision, when Allah had taken away from him all the sickness, grief an

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 36, Page 442, Juz 23

22. Mbega nobuzwa n’iki gusenga Imana Allah Yandemye, hakaba ari no kuri Yo jewe na mwe tuzosubira! 23. Vyoshoboka gute ko nsenga mu gishingo cayo ibigirwamana ata na kimwe bimaze, mu gihe Nyenimpuhwe Allah Yoshaka ko nshikirwa n’inabi, nya bigirwamana bidashobora kunkingira canke ngo bintabare; 24. Mu vy’ukuri, mu gihe nohirahira nkabangikanya Imana Allah, ni ukuri noba ndi mu buhuvyi bugaragara; 25. Mu vy’ukuri, jewe nemera Imana yanyu Rurema Allah. Kubera ivyo rero, nimwumve impanuro ndabahaye muheze mwemere”. Ni ho rero, ba bantu bo mu gacimbiri baca bamusimbirako baramwica; 26. Maze yakirwa mu Bwami bw’ijuru abwirwa ati: “Kaze, niwinjire mu Bwami bw’ijuru”. Araheza avuga ari mu nema zo mu Bwami bw’ijuru ati: “Ese iyo abantu banje bamenya iherezo ryanje ryiza; 27. Ese iyo bamenya ukuntu Imana yanje Rurema Allah Yambabariye ivyaha vyanje, Ikanantera iteka ryo kwinjira mu Bwami bw’ijuru, na bo bagaheza bakayemera maze Ikabinjiza mu Bwami bw’ijuru!”. 28. Mu nyuma y’aho abantu biwe biciye umuhanuzi yaje kwamama ko batohirahira ngo bice Intumwa, bakanazihakana bivuye inyuma, ntitwashotse Tubamanurira ingabo mu kubahana, eka ntivyari binakenewe kubamanurira abamalayika bavuye mw’ijuru ngo babahane, ariko Twabarungikiye ibihano birabahonya. 29. Ihonywa ryabo rero ntiryabaye ukundi, kiretse ivuzwa rimwe gusa ry’akaruru gahonya, ubwo nyene bose bapfira rimwe, basigara ari ibiziga vyibereye ng’aho. 30. Ese agahombo n’ukwicuza vy’akataraboneka bizoshikira abagararije ku musi w’izuka, igihe biboneye ibihano ukuri kwamye! Ntibashikirwa n’Intumwa n’imwe irungitswe n’Imana Allah, kiretse ko bayiteburako bakayisuzugura. 31. Mbega abatebura ku Ntumwa bakazihakana, ntibabona ko Twebwe Allah, Twahoneje imigwi myinshi y’abahakanye Intumwa hambere yabo, n’uko nya migwi itazogenda igarutse kandi kw’isi mu nyuma y’ihonywa ryayo! 32. Nta n’umwe rero mu bantu, yaba mu migwi Twahoneje canke mu yo Tutahoneje, kiretse ko iyo migwi yose izokwegeranirizwa iwacu Twebwe Allah, ku musi w’izuka kugira iharurirwe, iheze ihemberwe ivyo yakoze.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute