Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
036

Ya-Sin 36:50 فلا يستطيعون توصية ولا الى اهلهم يرجعون ٥٠

36:50
فَلَا
يَسۡتَطِيعُونَ
تَوۡصِيَةٗ
وَلَآ
إِلَىٰٓ
أَهۡلِهِمۡ
يَرۡجِعُونَ
٥٠
Ico gihe rero, ntibazoshobora no kugira uwo baraga n’ikintu na kimwe, eka ntibazoshobora no kugaruka mu miryango yabo, bazopfira aho bazoba bari;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Disbelievers thought that the Day of Resurrection would never come to pass

Allah tells us how the disbelievers thought that the Day of Resurrection would never come to pass, as they said:

مَتَى هَـذَا الْوَعْدُ

("When will this promise be fulfilled...")

يَسْتَعْجِلُ بِهَا الَّذِينَ لاَ يُؤْمِنُونَ ب
…

The Disbelievers thought that the Day of Resurrection would never come to pass

Allah tells us how the disbelievers thought that the Day of Resurrection

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 36, Page 443, Juz 23

41. Hari n’ikindi cemezo cereka ababangikanyamana ko Imana Allah Ikwiye gusengwa ari Imwe Rudende Itabangikanywa, ni uko Twebwe Allah, Twarokoye mw’isegenya bamwe mu ruvyaro bakomokako rwa Adamu, maze Tubarerura mu bwato bwa Nuhu bwari burimwo amoko atandukanye y’ibiremwa vyose vy’igitsina-gabo n’igitsina-gore, ivyo bikaba ari na vyo vyahavuye biba intango y’ukurondoka bushasha; 42. Twaranaremeye abo babangikanyamana n’abandi, ibindi bibunguruza nk’ubwato bwa Nuhu. 43. Mu gihe Twoshaka rero, Twobasomesha nturi bari mw’ibahari, nta n’uwobatabara muri ico gihe, eka na bo nyene ntiborokotse; 44. Kiretse mu gihe Twobagirira impuhwe Tukabarokora, maze Tukabaha kuryoherwa gato mu buzima bw’isi gushika kw’isango rizwi kugira bikebuke. 45. Ababangikanyamana iyo babwiwe bati: “Nimwiyubare intureka zo mu buzima bw’inyuma yo gupfa n’ivyago vyo mu buzima bwo kw’isi, kugira mugirirwe impuhwe n’Imana Allah”, baraheza bakavyirengagiza bakigira ba sindabibazwa. 46. Ababangikanyamana, ntibashikirwa n’icemezo mu vyemezo vy’Imana yabo Rurema Allah, kugira kibarongore mu nzira y’ukuri, kiretse ko bacirengagiza bakirabira hirya, maze kikababera impfagusa. 47. Abagarariji na bo, iyo babwiwe bati: “Nimutange mu matungo, Imana Allah Yabaronkeje”; baca bigovyora babwira abemeramana bati: “Vyoshoboka gute ko dufungurira umuntu, Imana Allah Ishatse Yari kumufungurira! Bemeramana! Mwebwe nta co muri, kiretse ko muri mu muzimagiza uri kure cane y’ukuri”. 48. Abagarariji, barinamuye mu guhakana bivuye inyuma izurwa ry’ibiremwa bati: “Muhama! Mbega ubona iryo sango ryo guhanirwako ku musi w’izuka, rizoshika ryari nimwaba wewe n’abemeramana muri kumwe, muri imvugakuri?”. 49. Abagarariji bihutira gusaba ibihano, nta n’ikindi barindiriye kugira bahanwe, kiretse ivuzwa ry’inzamba y’umuhero w’isi, uzobashikira giturumbuka ata n’uwo bari biteze, ukabasanga bari mu mpari bahazana mu vy’isi; 50. Ico gihe rero, ntibazoshobora no kugira uwo baraga n’ikintu na kimwe, eka ntibazoshobora no kugaruka mu miryango yabo, bazopfira aho bazoba bari;

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute