Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
036

Ya-Sin 36:53 ان كانت الا صيحة واحدة فاذا هم جميع لدينا محضرون ٥٣

36:53
إِن
كَانَتۡ
إِلَّا
صَيۡحَةٗ
وَٰحِدَةٗ
فَإِذَا
هُمۡ
جَمِيعٞ
لَّدَيۡنَا
مُحۡضَرُونَ
٥٣
Izurwa ry’ibiremwa rero, nta n’ico risaba atari ivuzwa ry’inzamba igira kabiri, maze ibiremwa vyose bigaca vyegeranirizwa iwacu Twebwe Allah, kugira biharurirwe biheze bihemberwe ivyo vyakoze.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Trumpet Blast of the Resurrection

This will be the third blast of the trumpet, the trumpet blast of the resurrection when people will come forth from their graves. Allah says:

فَإِذَا هُم مِّنَ الاٌّجْدَاثِ إِلَى رَبِّهِمْ يَنسِلُونَ

(and behold from the graves they will come out quickly to their L

…

The Trumpet Blast of the Resurrection

This will be the third blast of the trumpet, the trumpet blast of the resurrection when people will come forth fr

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 36, Page 443, Juz 23

51. Inzamba igira kabiri izoheza ivuzwe, ibiremwa bice bisubizwa ubuzima, ubwo nyene bive mu kuzimu, maze bigende binyaragasa ku Mana yavyo Rurema Allah; 52. Abahakanye bivuye inyuma izurwa ry’ibiremwa, bace bavuga bicuza bati: “Amagorwa arama yemwe! Ni nde ga ntuze atuzuye akadukura aho twari twibereye!”; ubwo nyene bace bishurwa bati: “Iri, ni rya sango mwasezeranirwa na Nyenimpuhwe Allah, mugashikirizwa n’Intumwa zayo ko ari iry’ukuri”. 53. Izurwa ry’ibiremwa rero, nta n’ico risaba atari ivuzwa ry’inzamba igira kabiri, maze ibiremwa vyose bigaca vyegeranirizwa iwacu Twebwe Allah, kugira biharurirwe biheze bihemberwe ivyo vyakoze. 54. Kuri uwo musi w’izuka rero, ibiremwa bizotunganirizwa vy’ukuri, nta muntu azorenganywa n’akantu inzatsa, mu kugabanyirizwa ivyiza canke mu kurengerezwa ku vyaha. Eka ntimuzonahemberwa, kiretse ku vyo mwari mwarakoze kw’isi.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute