Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
036

Ya-Sin 36:73 ولهم فيها منافع ومشارب افلا يشكرون ٧٣

36:73
وَلَهُمۡ
فِيهَا
مَنَٰفِعُ
وَمَشَارِبُۚ
أَفَلَا
يَشۡكُرُونَ
٧٣
Baranafise n’ibindi bibafitiye akamaro bikomoka kuri nya bitungwa; nk’ubwoya n’insato, n’ibindi, hamwe rero n’amata banywa. Mbega abantu ntiboshimira Imana Allah ku nema zayo, bagaheza bakayisenga ari Imwe Rudende!
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

There is a Sign and a Blessing in Cattle

Allah mentions the blessing that He has bestowed upon His creation by subjugating these cattle for their use.

فَهُمْ لَهَا مَـلِكُونَ

(so that they are their owners.) Qatadah said, "They are their masters." Meaning, He has made them subdue them. So they are subm

…

There is a Sign and a Blessing in Cattle

Allah mentions the blessing that He has bestowed upon His creation by subjugating these cattle for their use.

ف
…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 36, Page 445, Juz 23

68. Uwo Duhaye kuramba bigashika akagera mu za bukuru, Turamutitura mu ndemo agasubira ibwana mu nyifato n’intege nke. Mbega abagarariji ntibogarura akenge ngo batahure ko Imana Allah Ishoboye kugira ivyo vyose, Ishoboye no kubazura! 69. Twebwe Allah, ntitwigeze Twigisha Intumwa Muhamadi kwivuga amazina, eka ntivyari binayikwiye namba ko iba umwivuzi w’amazina. Iki Gitabu yabazaniye, si ikindi kiretse ko ari urwibutso n’inyigisho ku wushaka kwikebuka; kikaba na Qor’ani itomoye neza, mu nsiguro, mu ngingo z’ibirekuwe n’ibizira, ikaba inatomoye neza kandi no mu burongozi bwayo; 70. Kugira igabishe ku bihano vy’Imana Allah, uwo wese afise umushaha utegera ugakurikira ukuri, maze ibihano vyagire abagarariji inyuma y’aho bashikiwe na Qor’ani, bakayihakana bivuye inyuma. 71. Mbega abantu ntibabona ko Twebwe Allah, Twabaremeye ibitungwa ku neza yabo, Tubaha kubigaba no kubiganza; 72. Tubashoboza no kuvyikorako! Muri vyo rero; harimwo ivyo bikorako mu ngendo z’uruja n’uruza, no mu kwunguruza ivyankenerwa, harimwo n’ivyo baheza bagafungura. 73. Baranafise n’ibindi bibafitiye akamaro bikomoka kuri nya bitungwa; nk’ubwoya n’insato, n’ibindi, hamwe rero n’amata banywa. Mbega abantu ntiboshimira Imana Allah ku nema zayo, bagaheza bakayisenga ari Imwe Rudende! 74. Ababangikanyamana bagize mu gishingo c’Imana Allah ibigirwamana, maze barabisenga barondera ko bibatabara bikabakingira ibihano vyayo; 75. Ivyo bigirwamana, ntibishoboye namba gutabara ababisenga, eka na vyo nyene nta co vyimariye. Ababangikanyamana hamwe n’ivyo basenga, bose bazokwegeranirizwa hamwe mu bihano batanako umwikomo. 76. Ntumwa y’Imana! Ntugatuntuzwe n’igarariza hamwe n’itebura vyabo; mu vy’ukuri Twebwe Allah, Turazi neza ivyo bakorera mu mpisho n’ivyo bakorera ku mugaragaro, Tuzoheza Tubibahembere.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute