Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
036

Ya-Sin 36:83 فسبحان الذي بيده ملكوت كل شيء واليه ترجعون ٨٣

36:83
فَسُبۡحَٰنَ
ٱلَّذِي
بِيَدِهِۦ
مَلَكُوتُ
كُلِّ
شَيۡءٖ
وَإِلَيۡهِ
تُرۡجَعُونَ
٨٣
Nihaninahazwe rero Imana Allah, Yo Rugaba Igaba Ikaganza ibintu vyose, ni no kuri Yo muzosubizwa mumaze gupfa, kugira muharurirwe muheze muhemberwe ivyo mwakoze.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Allah points out His great might and power in that He created theseven heavens with all their stars and planets, and the seven earths with everything in them of mountains, sands, oceans and wildernesses, and everything in between

He tells us to find the proof that He will re-create our bodies in His

…

Allah points out His great might and power in that He created theseven heavens with all their stars and planets, and the seven earths with everything

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 36, Page 445, Juz 23

77. Mbega umuntu ahakana yivuye inyuma izurwa ry’ibiremwa, ntabona ko Twebwe Allah, Twamuremye mw’ima ry’intanga, amaze gukura aca ahinduka umuharirizi ruhebwa; 78. Araheza aducira agace kataroranye mu kugereranya ubushobozi bw’Imana Allah Yaremye, n’ubushobozi bw’ico Yaremye, maze yibagira intango y’iremwa ryiwe, arinamura ati: “Ni nde yosubiza ubuzima amagufa kandi yaramaze kubora akavungagurika!” 79. Ntumwa y’Imana! Vuga umwishure uti: “Iyosubiza ubuzima nya magufa, ni Iyayaremye ubwa mbere, ni na Yo Izi neza iremwa ry’ibiremwa vyose, ni Nyenubumenyikurivyose”; 80. Ni Yo Yabagiriye umuriro mu gutsita igiti kibisi ku kindi, maze mu kanya isase mugacana umuriro muri nya giti. 81. Ubwo none, Imana Allah Yaremye amajuru n’isi n’ibiri hagati yavyo, ntishoboye gusubiza ubuzima ibiremwa bikazuka bidora nk’ubwa mbere igihe Ibirema! Yobuzwa n’iki kandi ari Yo Nyenukurema Yaremye ikintu ico ari co cose, Nyenubumenyikurivyose! 82. Ni ukuri, iyo Imana Allah Ishatse ikintu ico ari co cose ko kiba, Ikibwira gusa Iti: “Ba” kigaca kiba ubwo nyene. 83. Nihaninahazwe rero Imana Allah, Yo Rugaba Igaba Ikaganza ibintu vyose, ni no kuri Yo muzosubizwa mumaze gupfa, kugira muharurirwe muheze muhemberwe ivyo mwakoze.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute