Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
010

Yunus 10:28 ويوم نحشرهم جميعا ثم نقول للذين اشركوا مكانكم انتم وشركاوكم فزيلنا بينهم وقال شركاوهم ما كنتم ايانا تعبدون ٢٨

10:28
وَيَوۡمَ
نَحۡشُرُهُمۡ
جَمِيعٗا
ثُمَّ
نَقُولُ
لِلَّذِينَ
أَشۡرَكُواْ
مَكَانَكُمۡ
أَنتُمۡ
وَشُرَكَآؤُكُمۡۚ
فَزَيَّلۡنَا
بَيۡنَهُمۡۖ
وَقَالَ
شُرَكَآؤُهُم
مَّا
كُنتُمۡ
إِيَّانَا
تَعۡبُدُونَ
٢٨
Ntumwa y’Imana! Ibuka umusi Twebwe Allah Twegeranirije hamwe ibiremwa vyose kugira biharurirwe, vyongere bihembwe, hanyuma Tukabwira ababangikanyamana Duti: “Ubu rero murahagaritswe, mwebwe hamwe n’ibigirwamana vyanyu mwahora musenga”. Tuzoheza rero Dutandukanye ababangikanyamana n’ivyo basenga, maze ivyo basenga bibihakane, biteko bibabwire biti: “Eka si twebwe namba mwahora musenga kw’isi;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The gods of the Idolators will claim Innocence from them on the Day of Resurrection

Allah said:

وَيَوْمَ نَحْشُرُهُمْ

(And the Day whereon We shall gather them) Allah will gather together all the creatures of earth, human and Jinn, righteous and rebellious. He said in another Ayah:

وَحَشَرْنَـهُمْ فَل
…

The gods of the Idolators will claim Innocence from them on the Day of Resurrection

Allah said:

وَيَوْمَ نَحْشُرُهُمْ

(And the Day whereon We shall gath

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 10, Page 212, Juz 11

25. Imana Allah rero, Irarikira abantu kuja mu Bwami bw’ijuru, Ikanarongora uwo Ishatse mu biremwa mu kumushoboza gutumbera inzira igororotse y’ubwislamu. 26. Abemeramana bumvira Imana Allah bakubahiriza n’amabwirizwa yayo, bakanayisenga mu bugwaneza nk’aho bayibona, baragenewe Ubwami bw’ijuru, vyongeye bazobona Imana Allah ukuri kwamye, ntibazorengwa n’intumo, eka ntibazonasuzugurika ngo bijirirwe ku musi w’izuka. Abo ni bo bantu rero bo mu Bwami bw’ijuru, bazobubamwo ibihe bidahera. 27. Nayo abakoze ibicumuro kw’isi bakanagarariza Imana Allah, bazohemberwa ibikorwa vyabo bibi, maze babihanirwe mu buzima bw’inyuma yo gupfa ku rugero rungana n’ibibi bakoze, basuzugurike; ntibazoronka uwubakingira ibihano vy’Imana Allah, bazokwijirirwa mu maso; ubabonye wogira ngo bambitswe umuzimiza w’ijoro ry’umwijima tsiritsiri. Abo, ni bo bantu rero bo mu muriro, bazowubamwo ibihe bidahera. 28. Ntumwa y’Imana! Ibuka umusi Twebwe Allah Twegeranirije hamwe ibiremwa vyose kugira biharurirwe, vyongere bihembwe, hanyuma Tukabwira ababangikanyamana Duti: “Ubu rero murahagaritswe, mwebwe hamwe n’ibigirwamana vyanyu mwahora musenga”. Tuzoheza rero Dutandukanye ababangikanyamana n’ivyo basenga, maze ivyo basenga bibihakane, biteko bibabwire biti: “Eka si twebwe namba mwahora musenga kw’isi; 29. Burya Imana Allah, Irakwiye kutubera Icabona twebwe hamwe na mwe, Ikaturenganura mu kwerekana ko twebwe tutari tuzi namba ivyo mukora n’uko ari twe mwasenga”. 30. Aho rero ubutigu buzoba bugeze, aho umuntu uwo ari we wese yisuzuma akanamenya neza na neza ivyo yakoze, agaheza akabihemberwa. Aho rero ibiremwa vyose bizoba bisubiye ku Mana Allah Umuhagarikizi n'Umubungabunzi wavyo. Nayo ibigirwamana bizozimangana kuko ata co bizomarira ababangikanyamana.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute