Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
010

Yunus 10:45 ويوم يحشرهم كان لم يلبثوا الا ساعة من النهار يتعارفون بينهم قد خسر الذين كذبوا بلقاء الله وما كانوا مهتدين ٤٥

10:45
وَيَوۡمَ
يَحۡشُرُهُمۡ
كَأَن
لَّمۡ
يَلۡبَثُوٓاْ
إِلَّا
سَاعَةٗ
مِّنَ
ٱلنَّهَارِ
يَتَعَارَفُونَ
بَيۡنَهُمۡۚ
قَدۡ
خَسِرَ
ٱلَّذِينَ
كَذَّبُواْ
بِلِقَآءِ
ٱللَّهِ
وَمَا
كَانُواْ
مُهۡتَدِينَ
٤٥
N’igihe Imana Allah Yegeranirije hamwe ababangikanyamana bose ku musi w’izuka, bakaba nk’aho batigeze baba kw’isi kiretse isaha imwe gusa y’umurango, bazoheza bamenyane nk’uko bari bakiri kw’isi, hanyuma nya kumenyana guhere mu kanya isase. Ni ukuri, harahomvye abagararije bagahakana bivuye inyuma, ko bazozuka bagahura n’Imana Allah mu buzima bw’inyuma yo gupfa, kugira bahemberwe ivyo bakoze. Kira noneho, ntibari no gushobozwa kuba abagororotsi.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Feeling of Brevity toward the Worldly Life at the Gathering on the Day of Resurrection

To remind people of the establishment of the Hour and their resurrection from their graves to the gathering for the Day of Judgment, Allah says:

وَيَوْمَ يَحْشُرُهُمْ

(And on the Day when He shall gather (resurr

…

The Feeling of Brevity toward the Worldly Life at the Gathering on the Day of Resurrection

To remind people of the establishment of the Hour and their

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 10, Page 214, Juz 11

41. Ntumwa y’Imana! Ababangikanyamana nibaramuka baguhakanye bivuye inyuma, uraheza ubabwire uti: “Ndafise idini ryanje nisunga mu vyo nkora, na mwe nyene murafise idini ryanyu mwisunga mu vyo mukora; mwebwe ntimuzohanirwa ivyo nkora kandi nanje sinzohanirwa ivyo mukora”. 42. No mu bagarariji nyene, harimwo abakwumviriza iyo uriko urasoma Qor’ani ariko ntibemere ngo barongoke. Ntumwa y’Imana! Mbega woshobora gutuma ibipfamatwi vyumva bikanyurwa n’aho vyoba bidatahura! 43. Mu bagarariji harimwo n’abakuraba n’ivyemezo ushikiriza, ntibaheze ngo bemere kurongoka. Ntumwa y’Imana! Mbega woshobora gutuma ibipfamaso bibona bigatumbera inzira n’aho vyoba bitabona ukuri ngo binyurwe! 44. Mu vy’ukuri Imana Allah, nta na kimwe Irenganyako abantu mu kurengerezwa urugero rw’ibihano canke kugabanywa indishi, ariko abantu ni bo nyene birenganya mu guca kubiri n’amabwirizwa y’Imana Allah. 45. N’igihe Imana Allah Yegeranirije hamwe ababangikanyamana bose ku musi w’izuka, bakaba nk’aho batigeze baba kw’isi kiretse isaha imwe gusa y’umurango, bazoheza bamenyane nk’uko bari bakiri kw’isi, hanyuma nya kumenyana guhere mu kanya isase. Ni ukuri, harahomvye abagararije bagahakana bivuye inyuma, ko bazozuka bagahura n’Imana Allah mu buzima bw’inyuma yo gupfa, kugira bahemberwe ivyo bakoze. Kira noneho, ntibari no gushobozwa kuba abagororotsi. 46. Ntumwa y’Imana! Nitwaramuka Tukweretse ukiri muzima bimwe mu bihano Twabasezeraniye kw’isi, canke Tukakwaka ubuzima ugapfa Tutarabikwereka, uko biri kwose ico womenya, ni uko impera n'imperuka bazosubizwa iwacu Twebwe Allah. Hanyuma Imana Allah, ni Yo Cabona ku vyo bagira vyose kw'isi, kandi Izobibahembera.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute