Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
010

Yunus 10:63 الذين امنوا وكانوا يتقون ٦٣

10:63
ٱلَّذِينَ
ءَامَنُواْ
وَكَانُواْ
يَتَّقُونَ
٦٣
Abemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakanashira mu ngiro ivyo ibabwirije, bakongera bagatinya Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Identifying the Awliya' of Allah

Allah tells us that His Awliya' (friends and allies) are those who believe and have Taqwa of Allah as He defined them. Every pious, God-fearing person is a friend of Allah, therefore,

لاَ خَوْفٌ عَلَيْهِمْ

(no fear shall come upon them) from the future horrors they will

…

Identifying the Awliya' of Allah

Allah tells us that His Awliya' (friends and allies) are those who believe and have Taqwa of Allah as He defined them.

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 10, Page 216, Juz 11

61. Ntumwa y’Imana! Ntivyigera bishika na rimwe ko hagira ico utunganya, ico usoma muri Aayah za Qor’ani, eka nta n’ico mukora mwebwe abantu caba iciza canke ikibi, kiretse ko Twebwe Allah Tuba Turi Icabona, Tubibona neza igihe mutanguye kubikora kugira Tubibungabunge, Tuzonabibahembere; nta n’icinyegeza Imana yawe Rurema Allah mw’isi eka no mw’ijuru nyene, n’aho coba kingana n’akantu inzatsa, eka mbere n’aho coba gito cane canke kinini kuruta inzatsa, kiretse ko canditswe kandi kibungabunzwe ku Mana Allah mu Gitabu gitomora vyose. 62. Bantu nimwumve mwumvireho! Mu vy’ukuri, abatoni b’Imana Allah, nta bwoba kuri bo bwo guhanwa, eka mbere bobo ntibazokwicwa n’intuntu y’ivyo basize kw’isi; 63. Abemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakanashira mu ngiro ivyo ibabwirije, bakongera bagatinya Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo; 64. Barafise inkuru nziza iremesha ivuye ku Mana Allah, ko bazororanirwa mu buzima bwo kw’isi, n’uko bazohabwa Ubwami bw’ijuru mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Nta gihinduka rero mu vyo Imana Allah Yabasezeraniye, iyo ni yo ntsinzi rero ihambaye. 65. Ntumwa y’Imana! Ntugatuntuzwe n’ibivugwa n’ababangikanyamana mw'irementanya ryabo, mu vy’ukuri intsinzi y’inganji kw’isi no mw’ijuru, ni iy’Imana Allah, ni na Yo Nyenukwumva, Irumva ivyo bavuga; Nyenubumenyikurivyose, Irazi neza ivyo bakora n’ivyo bazirikana.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute