Yunus 10:74 ثم بعثنا من بعده رسلا الى قومهم فجاءوهم بالبينات فما كانوا ليومنوا بما كذبوا به من قبل كذالك نطبع على قلوب المعتدين ٧٤
ثُمَّ
بَعَثۡنَا
مِنۢ
بَعۡدِهِۦ
رُسُلًا
إِلَىٰ
قَوۡمِهِمۡ
فَجَآءُوهُم
بِٱلۡبَيِّنَٰتِ
فَمَا
كَانُواْ
لِيُؤۡمِنُواْ
بِمَا
كَذَّبُواْ
بِهِۦ
مِن
قَبۡلُۚ
كَذَٰلِكَ
نَطۡبَعُ
عَلَىٰ
قُلُوبِ
ٱلۡمُعۡتَدِينَ
٧٤
Mu nyuma y’irungikwa rya Nuhu, ni ho Twarungika Intumwa zitandukanye ku bantu bazo1. Izo Ntumwa ziraheza ziza zibazaniye ivyemezo vyerekana ko ziri mu kuri, abantu zarungitsweko, ntibigeze bemera ukuri bashikirijwe, ari na kwo kwagararijwe n’abarungikiwe Intumwa aho hambere yabo. Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twateye ikimangu c’ubugarariji ku mitima y’ab’aho hambere yabo kubera ubugaba bwabo, ntibashobora kwemera - Dutera ikimangu c’ubugarariji ku mitima y’abarenga imbibe z'Imana Allah z'ibibujijwe.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
Meaning; Then after Nuh We sent Messengers to their people.
They brought them clear proofs. and evidences of the truth that they came with.
فَمَا كَانُواْ لِيُؤْمِنُواْ بِمَا كَذَّبُواْ بِهِ مِن قَبْلُ
(But they would not believe what they had already rejected beforehand) meaning the nations did not b
…Meaning; Then after Nuh We sent Messengers to their people.
They brought them clear proofs. and evidences of the truth that they came with.
فَمَا كَانُ
…