Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
010

Yunus 10:76 فلما جاءهم الحق من عندنا قالوا ان هاذا لسحر مبين ٧٦

10:76
فَلَمَّا
جَآءَهُمُ
ٱلۡحَقُّ
مِنۡ
عِندِنَا
قَالُوٓاْ
إِنَّ
هَٰذَا
لَسِحۡرٞ
مُّبِينٞ
٧٦
Igihe rero bashikirwa n’ibitangaro Twarungikanye Musa, vyemeza ukuri yazanye, bavyamiriye kure bavuga bati: “Mu vy’ukuri, ivyo Musa yerekana, ni uburozi bweruye”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Story of Musa and Fira`wn

Allah said:

ثُمَّ بَعَثْنَا

(Then after them We sent ) meaning ofter these Messengers,

مُّوسَى وَهَـرُونَ إِلَى فِرْعَوْنَ وَمَلَئِهِ

(Musa and Harun to Fir`awn and his chiefs,) meaning his people

بِـَايَـتِنَآ

(with Our Ayat.) meaning; `Our proofs and evidences.'

فَاسْتَكْ
…

The Story of Musa and Fira`wn

Allah said:

ثُمَّ بَعَثْنَا

(Then after them We sent ) meaning ofter these Messengers,

مُّوسَى وَهَـرُونَ إِلَى فِرْعَوْنَ
…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 10, Page 217, Juz 11

74. Mu nyuma y’irungikwa rya Nuhu, ni ho Twarungika Intumwa zitandukanye ku bantu bazo. Izo Ntumwa ziraheza ziza zibazaniye ivyemezo vyerekana ko ziri mu kuri, abantu zarungitsweko, ntibigeze bemera ukuri bashikirijwe, ari na kwo kwagararijwe n’abarungikiwe Intumwa aho hambere yabo. Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twateye ikimangu c’ubugarariji ku mitima y’ab’aho hambere yabo kubera ubugaba bwabo, ntibashobora kwemera - Dutera ikimangu c’ubugarariji ku mitima y’abarenga imbibe z'Imana Allah z'ibibujijwe. 75. Mu nyuma y’irungikwa ry’izo Ntumwa, ni ho Twarungika Intumwa Musa na murumunawe Haruna (za nyakugira amahoro y’Imana Allah) kwa Firawuni n’abunganizi biwe, Tuzirungikana ibitangaro vyemeza ko ari Intumwa z’ukuri, maze Firawuni n’abunganizi biwe bagira amanyama n'akantu mu guhonyanga ukuri, vyongeye bari n'abantu b’abanyavyaha barenga ku mabwirizwa y’Imana Allah. 76. Igihe rero bashikirwa n’ibitangaro Twarungikanye Musa, vyemeza ukuri yazanye, bavyamiriye kure bavuga bati: “Mu vy’ukuri, ivyo Musa yerekana, ni uburozi bweruye”. 77. Maze Musa arumirwa abishura ati: “N’aho nakagendeye! Karashize ingani muvuge ko n’ibitangaro nabazaniye vyemeza ukuri, ari uburozi bweruye! Ubwo mwihweje neza, ntimubona ibitangaro nabazaniye ko ari ivy’ukuri! Burya abarozi ntibigera bashika ku ntsinzi y’ivyo bipfuza kw’isi eka no mu buzima bw’inyuma yo gupfa”. 78. Firawuni n’abunganizi biwe bavuze babwira Musa bati: “Karashize ingani uze kudukura mu kwemera kwacu kwo gusenga ibigirwamana, twasanze abavyeyi bacu basenga, uheze wewe na murumunawe Haruna muce muba ibihangange ku butaka bwa Misiri! Ihibambewe, ntiturota tubemera namba!”. 79. Firawuni yashotse avuga ati: “Enda nyabuna rero, nimunzanire umukonikoni uwo ari we wese karuhariwe”. 80. Nya bakonikoni ba Firawuni bamaze kuza, Musa yababwiye ati: “Enda nyabuna rero, nimuterere hasi imizana n’inkoni vyanyu”. 81. Ba bakonikoni bamaze guterera hasi nya mizana n’inkoni vyabo, Musa yababwiye ati: “Ivyo mwazanye mugaterera hasi, ni ubukonikoni bwigendera! Mu vy’ukuri Imana Allah, Irabuzimanganya; mu vy’ukuri Imana Allah, ntitunganya namba ibikorwa vy’abagenzwa n’ubwononyi kw’isi; 82. Imana Allah Iranatsimbataza ukuri kw’amajambo yayo, maze ikinyoma kigakubitirwa ahabona n’aho vyoshavuza abanyavyaha barenga ku mabwirizwa yayo”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute