Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
010

Yunus 10:98 فلولا كانت قرية امنت فنفعها ايمانها الا قوم يونس لما امنوا كشفنا عنهم عذاب الخزي في الحياة الدنيا ومتعناهم الى حين ٩٨

10:98
فَلَوۡلَا
كَانَتۡ
قَرۡيَةٌ
ءَامَنَتۡ
فَنَفَعَهَآ
إِيمَٰنُهَآ
إِلَّا
قَوۡمَ
يُونُسَ
لَمَّآ
ءَامَنُواْ
كَشَفۡنَا
عَنۡهُمۡ
عَذَابَ
ٱلۡخِزۡيِ
فِي
ٱلۡحَيَوٰةِ
ٱلدُّنۡيَا
وَمَتَّعۡنَٰهُمۡ
إِلَىٰ
حِينٖ
٩٨
Nta banyagacimbiri bigeze bemera mu gihe bagiriwe n’ibihano, maze ukwemera kwabo kukagira ico kubamariye, kiretse abantu barungikiwe Intumwa Yunusu mwene Mattaa (nyakugira amahoro y’Imana Allah); igihe babona ko bagiye guhanwa, barigaye ku Mana Allah, baraheza barayemera, ni ho rero Twebwe Allah Twaca Tubakurako ibihano bisuzuguza vyari bigiye kubashikira, Turaheza Tubaha kuryoherwa gato n’ubuzima bwo kw’isi gushika ku musi wa rwo.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Belief at the Time of Punishment did not help except with the People of Yunus

Allah asked, `did any town from the previous nations, believe in its entirety when they received the Messengers All of the Messengers that We sent before you, O Muhammad, were denied by their people or the majority of their

…

Belief at the Time of Punishment did not help except with the People of Yunus

Allah asked, `did any town from the previous nations, believe in its enti

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 10, Page 220, Juz 11

96. Mu vy’ukuri, abo ijambo ry’Imana yawe Rurema Allah ryo kuvuma no guhana ryagiriye, ntibemera ivyemezo vyayo, eka ntibanayemera ngo bubahirize amabwirizwa yayo; 97. N'iyo bashikiriwe n’inkebuzo, gushika n'aho bashikirwa n’ibihano bibabaza bakabibona ukuri kwamye, ico gihe bazoheza bakwemere, kandi ukwemera kwabo muri ico gihe, ata co kuzobamarira. 98. Nta banyagacimbiri bigeze bemera mu gihe bagiriwe n’ibihano, maze ukwemera kwabo kukagira ico kubamariye, kiretse abantu barungikiwe Intumwa Yunusu mwene Mattaa (nyakugira amahoro y’Imana Allah); igihe babona ko bagiye guhanwa, barigaye ku Mana Allah, baraheza barayemera, ni ho rero Twebwe Allah Twaca Tubakurako ibihano bisuzuguza vyari bigiye kubashikira, Turaheza Tubaha kuryoherwa gato n’ubuzima bwo kw’isi gushika ku musi wa rwo.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute