Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
012

Yusuf 12:49 ثم ياتي من بعد ذالك عام فيه يغاث الناس وفيه يعصرون ٤٩

12:49
ثُمَّ
يَأۡتِي
مِنۢ
بَعۡدِ
ذَٰلِكَ
عَامٞ
فِيهِ
يُغَاثُ
ٱلنَّاسُ
وَفِيهِ
يَعۡصِرُونَ
٤٩
Inyuma y’iyo myaka y’amapfa rero, hazokurikira umwaka abantu bazoronswa imvura, basubire barime bimbura, baronke n’umusesekara w’ivyamwa, bavyengemwo umutobe”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Dream of the King of Egypt

The King of Egypt had a dream that Allah the Exalted made a reason for Yusuf's release from prison, with his honor and reputation preserved. When the king had this dream, he was astonished and fearful and sought its interpretation. He gathered the priests, the chiefs of

…

The Dream of the King of Egypt

The King of Egypt had a dream that Allah the Exalted made a reason for Yusuf's release from prison, with his honor and r

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 12, Page 241, Juz 12

43. Haciye imyaka, umwami yavuze ati: “Jewe mu vy’ukuri, narose mbona inka indwi zinuze, ziriko ziraribwa n’izindi nka indwi zinamvye. Mbona n’amashami indwi atotahaye hamwe n’ayandi mashami indwi yumaganye. Bunganizi banje! Nimundotorere iyi ndoto nimwaba muzi koko kurotora!”. 44. Bamwishuye bati: “Indoto yawe, ni nko kurazirana, nta nsiguro ifise, kandi burya twebwe ntituzi cane kurotora indoto”. 45. Wa muntu yarusimba, ni ho yibuka inyuma y’imyaka itari mike ivyo basezeranye na Yusufu, aca avuga ati: “Jewe ndashobora kubarotorera iyi ndoto, nimundungike kwa Yusufu mw’ibohero”. 46. Agezeyo, ni ho yavuga ati: “Yusufu, ewe mvugakuri! Turotorere indoto y’umuntu yarose abona inka indwi zinuze, ziriko ziraribwa n’izindi nka indwi zinamvye; abona n’amashami indwi atotahaye, hamwe n’ayandi mashami indwi yumaganye. Ngira ngo mpava nsubira ku mwami n’abunganizi biwe ndabashiriye insiguro itomoye kuri iyi ndoto, kugira bamenye ubutore n’icubahiro vyawe”. 47. Yusufu yarayimurotoreye ati: “Muzorima imyaka indwi ikurikirana musarura umwimbu ushemeye. Ivyo muzosarura ku mwaka ku mwaka rero, murabiziganiriza kazoza, muheze muvyanikire mubigumize mu bishishwa vyavyo, kiretse bike mushobora gufungura; 48. Mu nyuma rero, hazokurikira imyaka indwi y’amapfa, ico gihe muzokwikora ku mwimbu mwabitse muri ya myaka indwi ya mbere, kiretse imbuto nke muzobikira iteragira ry’agatasi; 49. Inyuma y’iyo myaka y’amapfa rero, hazokurikira umwaka abantu bazoronswa imvura, basubire barime bimbura, baronke n’umusesekara w’ivyamwa, bavyengemwo umutobe”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute